UBM News ads
Tuesday, December 5, 2023
No menu items!
UBM News ads

Album yipfuzwa kubonwa n’abantu benshi ya ” Nziza Desire ” iza yagiye kumugaragaro, Menya vyinshi kuvyerekeye ino Album

Umuririmvyi rurangiranwa w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America amaze kubaka izina m’umuziki wu Burundi ” Nziza Desire ” aramenyesha aba Fans biwe bose ko Album yiwe nshasha yuko iza iri kumugaragaro ubwo ngo abayikeneye bose bashobora kuyironka mu buryo bworoshe cane.

Nziza Desire

Nkuko rero uno muririmvyi yabitangarije umunyamakuru akora ku kinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera muri America ndetse no muri CANADA gisomwa n’abarundi benshi ” UBM News ” Nziza Desire yavuze ko haciye igihe gito ALBUM yiwe iza isohotse kandi ngwarizera neza ko abantu benshi bazoyikunda bivanye nuburyo ikozemwo.

Mukunzi w’umuziki wa barundi twokumenyesha yuko kugeza ubu ko ino ” Album nsha ya Nziza Desire yuko ariyo iriko irashakishwa n’abantu benshi cane bivanye nuko isanzwe ikoranye ubuhinga budasanzwe, ubwo rero nawewe ntucikwe no kuyigura ” Ushobora guhamagara Nziza Desire kuri ” ( 214 )-529-0267

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments