UBM News ads
Friday, December 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Album nsha yari yipfuzwa kubonwa n’abantu benshi y’umuriririmvyi ” Spok’s” iza yasohotse.

Umuririmvyi rurangiranwa akundwa n’abantu benshi bivanye n’indirimbo aririmba ukuntu usanga ziryohera benshi ” Spok’s” album yiwe nshasha yari yitezwe n’abantu benshi iza yasohotse ubwo uwuyikeneye wese guhera ubu ashobora kuyironka.

spoks

Uno muririmvyi akunzwe cane, nkuko ubwiwe yabicishije kubuhinga ngurukanabumenyi, Spok’s yashimiye abantu bose bamufashije kugira akore ino Album

Spok’s yagize ati : Nta vyinshi mfis novuga kundirimbo yanj nshasha yitwa ” Twoterimbere ” kuko nizera ko muzoyumva mugatahura n’ubutumwa burimwo, ariko ico mwomenya nuko nayikunz can kuburyo naciy ndayitirira MIX TAPE yanje.
Kubantu bos rero bari bansavy ko bakeney aga CD kanj, kuva uno musi zirahari, izambere zizogurishwa jeudi le 14 muri TMAS.
Ndashimiy abamfashij bos kugira nkore iyi Mix Tape, ntibagiy uwandihiye audio yiyi nshasha ” Twoterimbere ”

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments