Album ABAGENZI ya BOBONA iri muma Album azimvye cane.

0

Urukurikirane ABAGENZI rwa BOBONA ngo rwoba ari urukurikirane ruzimvye aravye amahera ruriko ruramutwara.
bobo1
Bobona akaba yamenyesheje ikinyamakuru canyu ubmnews.com ko urwo rukurikirane ruriko ruramutwara amahera menshi kuko ngo abaririmvyi ariko arakoresha muri urwo rukurikirane rwo bazimvye cane.
bobo
Bobona akaba yizeye ko urwo rukurikirane ruzoshimisha abantu aravye uburyo rwamutwaye.