AKESS PROFESSOR YIKUYE MURI LABEL YA ONE STEP.

0

Umuririmvyi Akess professor asanzwe ahurikiye muri label ya ONE STEP yiyonkoye muri iyo label,label yarasanzwe ahurikiyemwo n’abandi baririmvyi bakomeye hano mu burundi nka:Bienfizzo,Miss nono n’abandi benshi nkuko amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews.com dukesha umuririmvyi ahurikiye muri iyo LABEL ya ONE STEP.
akess-595x337
Intandaro nyamukuru yo kuva muri iyo label ngo nuko habaye ukutumvikana hagati y’abaririmvyi bahurikiye muri iyo label aho Akess professor yashaka kwipfuza ko umuririmvyikazi Lady Grace yokwinjira muri iyo label hama Miss nono akavamwo ariko ico cipfuzo abandi baririmvyi bahurikiye muri iyo label ntibagihurijeko na Akess bica bituma Akess ava muri iyo Label.
akess 6
Twobamenyeshako uyo muririmvyi Akess asanzwe ari mu baririmvyi bunze iyo label ya ONE STEP.