Akess agiye gushira ahabona indirimbo nshasha yitwa ”Mu Gisagara”

0

Umuririmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi ariwe Akess agiye gushira ahabona indirimbo nshasha yitwa Mu gisagara nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru cacu ubmnews
akess
Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru cacu ubmnews,Akess akaba yavuze ati:ngiye gushira ahabona indirimbo nshasha yitwa mu gisagara,indirimbo nizera ko izoryohera abantu benshi cane kuko ari indirimbo nitondeye cane
Tumubajije ryari izosoka,Akess akaba yatubwiye ati:sinzi umunsi ariko ico nzi co ni vuba caneee,kandi niyasohoka muzoba aba mbere mu kuyironka

Tworangiza tubamenyesha ko Akess ari mu baririmvyi b’abarundi bakundwa cane hano mu gihugu c’uburundi