UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Aime M ” Abaye umuririmvyi wa mbere w’umurundi aba muri America akoreye ibiteramo mu Burundi bikitabirwa n’abantu benshi

UBM News ads

aime m
Umuririmvyi w’umurundi ariko arakora neza cane bimwe bishimishije aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ( Aime M ) mu minsi ishize aho yari mu Burundi biboneka ko ahantu yagiye arakorera ibiteramo ko bamwishimiye cane kuburyo abantu wasanga ari benshi baza kumuraba muko aririmba.

aime

Iyi n’intambwe nziza kuruno muririmvyi aba hano muri America kubona ashobora gukoresha ibiteramo mu Burundi bikitabirwa n’abantu benshi bangana uku kwose nkuko mubibona.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments