Agathon Rwasa ntarota yemera ibizova mumatora kuko ngo yabaye hakoreshejwe igikenye.

0

Amatora y ‘umukuru w’igihugu n’ayaje kugerageza kubuza ihinduka naho ritegerezwa kuba, ivyo nibishikirizwa na Agathon Rwasa.

Agathon-Rwasa-lors-de-linterview

Umukuru w’urunani Amizero y’Abarundi rutavuga rumwe na reta yemeza ko amatora y’umukuru w’igihugu yabaye atakwirikije amategeko kuko yabaye hakoreshejwe igikenye. Agatho Rwasa avuga ko naho yari gutsinda murayo matora atari kwemera ibiyavuyemwo kuko ngo haricuka kibi .

Uyo atavuga rumwe na reta avuga ko ayo matora yakozwe kugira aburabuze ihinduka ry’intwaro, ngw’ariko naho yabaye iryohinduka rizotegerezwa kuba ku neza y’igihugu.