Agathon Rwasa avuga ko ikiringo congewe kumatora ko kidakwiye ” Raba hano muko yavuze.

0

Umwe mubanyepolitike akomeye cane mu Burundi asanzwe arongoye umugambwe FNL, Agathon Rwasa avuga ko ikiringo congewe kugira amatora yabajenama bama commine abe canke y’abashingamateka ko ari gitoya cane kandi kitanakwiye .

rwasa

Agathon rwasa kubwiwe avuga ko umwanya batanze ko ari muto cane, we akavuga ko bitoshoboka yuko boba batoreye inyishu ibibazo vyose bihanzwe n’uburundi muri kino gihe.

Agathon Rwasa yagize ati : umwanya w’indwi imwe batanze ni muto cane gose ,ntibishoboka ko twoba twatoreye umuti wibibazo vyose vyinkoramutima uburundi busanzwe bufise murino minsi, akarorero ni nkamaradiyo aheruka guturirwa, abarundi b’abandanya bahunga ,ikibazo cabari mumyiyerekano hamwe nikibazo c’umutekano kubarundi bose.

UBM News tubibutse ko agathon rwasa kwazokwitoza mukibanza c’umukuru wigihugu murano matora twimirije ikindi naco mwomenya nuko azoba aserukiye umugambwe wigenga w’ amizero yabarundi .