UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Agathon Rwasa arongoye urunani RANAC arababazwa na bino bintu baheruka gukorerwa ” Raba hano video

UBM News ads

Urunani RANAC rwabujijwe kuremesha ikiganiro n’abamenyeshamakuru aho ndetse uwurongoye urwo runani ” Agathon Rwasa ”’ yasavye ko iryo totezwa bariko barakorerwa ryohagarara.

rwasa

Agathon Rwasa ati : “Namba uri umutegetsi ukaja guhagarika igikorwa ca naka, erekana uburenganzira buguha ubwo bubasha. Kuza gusa kubera wambaye umwambaro w’akazi canke uri umutegetsi, turavyubashe, ariko turasavye ko hanyuma hokurikizwa amategeko, kuko niyo atuma abantu bashobora kwigenza neza, igihugu kikaba mu mahoro.”

[youtube id=”CN8iM3Sa8I8″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

Iyo ni Video yerekana ukuntu abapolisi bari baje kubuza ko urunani Ranac ruganira n’abamenyeshamakuru ( Wambare ama Headphone kugirango ushobore kumva ivyo bavuga )

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments