Agacerere ni kenshi k’umugwi w’abanyamideri Snipers

0

umugwi wabanyamideri wa snipers uri mu gacerere kadasanzwe kuvaho umwe mubari muri uyo mugwi wabanyamideri aviriyemwo hagasigara abanyamideri 2.

Nyuma rero yo kubona ko uyo mugwi wa snipers uri mugacerere kadasanzwe,ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba cabarondereye kugira batubwire igituma muri kino gihe bari mugacerere kadasanzwe ariko rero tukaba twabakenye.

Ikibazo ikinyamakuru cacu ubmnews cibaza.Mbega uwurongoye uyo mugwi ariwe Bruno asanzwe ari numufotozi yiyumvira iki kuri ako gacerere k’ uyo mugwi?