ABR:Uwurongoye ABR yaraye avuze ko bagiye kwitwarira Reta kugira ama Radio yugururwe.

0

Uwurongoye ikigo c’abamenyeshamakuru ABR yaraye avuze ko bagiye kwitwarira Reta kugira ngo ama radio yaturiwe asubire kandi kugururwa vuba bwango kuko abarundi ngo barakeneye kumenya ibibera mu gihugu c’iwabo.
pa
Uwurongoye ABR akaba yabivugiye kw’i radio INZAMBA agateka kawe mu makuru y’ejo mw’ijoro.
papa
Twobamenyesha ko amezi 4 arumanye ama radio aturiwe.