UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Abdallah ” Ntanguje uno mugambi kugirango nfashe abaririnvyi bipfuza gutera imbere

UBM News ads

Umurundi azwi kwizina rya Abdallah Nitereka benshi ariko bamuhamagara ”A.B canke Abu” aba muri Louisville, Ky (Kentucky) avuga ko ubu afise imigambi yogushira mungiro mukudandaza imiziki yindirimbo zubwoko bwose.

Aho yandikira abanyamakuru ba UBMNews, Abdallah Nitereka yagize ati : Ubwambere manjije kubaramutsa nongera ndabashimira kugikorwa mukora,nongera mvuga ati imana ibahezagire. kwizina nitwa Abdallah Nitereka benshi bakampamagara A.B canke Abu.

Jewe ndumupizi wivyombo ngaha muri Louisville, Ky (Kentucky), mfise imigambi ngomba gushira mungiro yukudandaza imiziki yindirimbo zimana zubwoko bwose, kuko nabonye usanga hari benshi baba bipfuza kurirmba bakabura ingoma canke beat ubwo mumisi mike naho nzobabwira aho hantu abantu bazohora bashobora kugura iyo miziki, i beat imwe izohora idandazwa kumadolali atanu ($5) muragize neza imana ibahezagire.

Unviriza hano Musi i Beat imwe yakoze muko imeze neza cane !

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments