Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsMpaye kaze mwese mwipfuza kuduteza imbere hamwe nokwiteza imbere ubwanyu

Mpaye kaze mwese mwipfuza kuduteza imbere hamwe nokwiteza imbere ubwanyu

Abdallah nitereka, umurundi aba hano muri Leta Zunze ubumwe za America ” Louisiville Kentucky ” aheruka gutanguza umugambi wo guteza imbere abaririnvyi bose, uno musi rero aho yandikira abanyamakuru ba UBMNews yavuze ko ahaye akaze abantu bose bipfuza kumuteza imbere hamwe no kwiteza imbere bene ubwabo.

IMG_1461

Mumajambo make yagize ati : Mumisi iheze nari nabarungikiye inkuru yuko ngiye gutanguza umurongo wo gufasha abantu bipfuza ingoma canke imiziki yo kuririmbirako, navuze yuko mumisi nzobashitsaho uwo murongo, arinaco gitumye nandikira abamesha makuru ba UBMNews kugira nabo bashobore kugira ico bakoze kugira bibashikire. mwaka kanya kur’uwo murongo ntamiziki myinshi irajako ariko mumisi izojako atari mike, nyamurongo akaba ari uyu ubuzimamusic.blogspot.com karibu mwese mwipfuza kuduteza imbere kandi kwiteza imbere namwe. hanyuma hariho umuntu usanga ukeneye imiziki yubundi bwoko canke imiziki myinshi cari mwe ushobora kunyandikira canke ukanterefona ukambwira ivyo ushaka nuko ubushaka hanyuma tuka bikora e mail yanje ni 50cent@inbox.com cell phone ni: 502 681 6170, canke ugaterephona uwo dukorana Claude kuri 502 294 1655 murakoze.

UBMNews turashimira Abdalah kuruwo mugambi atanguje kandi tukaba tumusaba koyobandanya ukonyene ” Unviriza hano musi Ingoma yavugije yerekana neza ko abishoboye

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments