Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsAbavugije amafoni bose bazocibwa ihadabu ry'10 000 BIF

Abavugije amafoni bose bazocibwa ihadabu ry’10 000 BIF

cam01974-2-7a79a

Ukurenga  ingingo y’104 y’amategeko agenga amabarabara nivyo vyakozwe n’abagendesha imiduga n’amamoto mu kuvuza amahoni, aho hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 2 ndamakuzi isaha zitadatu n’inusu. Ivyo bikaba vyashikirijwe na OPC1 Liboire Bakundukize umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi aho yanamenyesheje ko ababikoze bose bazohanishwa ihadabu ry’amafaranga y’amarundi 10 000.

Abavugije ayo mahoni bakaba bariko bashikiriza akababakiye aho bariko bha ikarata itukura Pr.Nkurunziza mu kwiyamiriz ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu, bakaba kandi bariko biyamiriza ingingo zifatirwa abaduhaza nawe kuri ico kibazo c’ukwitoza ubugira gatatu.

Abo banyagihugu bakaba bariko bitabira akamo batewe n’amashirahamwe yiyemeje kurwanya ikirongo ca gatatu ca nkunziza.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments