Abatunzi 8 Mwisi Yose Bafise Ubutunzi Bungana Hafi Ubutunzi Bw’Ababa Kw’Isi Yose Bakenye!

0

Nk’uko tubishikirizwa n’Ishirahamwe ry’Abongereza Oxfam, Abo batunzi karuhariwe bafise
ubutunzi bungana ubutunzi bwigice c’abantu bose baba kwisi na canecane mubihugu bitaratera imbere.

Uti abo batunzi karuhariwe(Milliadaires) ni bande?Ni aba bakurikira :

1.
Bill Gates: Amadolari imiliaridi 75(Ava muri Leta Zunze Ubumwe Za Amerika : Yafashije gushinga akaba anarongoye Ishirahamwe Microsoft)

2.
Amancio ortega: Amadolari Imiliaridi 67(Espagne)

3.
Warren buffett: Amadolari Imiliaridi 60.8(Leta Zunze Ubumwe Za Amerika )

4.
Carlos slim helu: Amadolari imiliatidi 50 (Mexique)

5.
Jeff bezos: Amadolari Imiliaridi 45.2 (Leta Zunze Ubumwe Za Amerika ,atwara Ishirahamwe Amazon)

6.
Mark zuckerberg: Amadolari imiliaridi 44.6 (Leta Zunze Ubumwe Za Amerika ,Yarafashije gushinga akongera akaba ariwe ayoboye Facebook)

7.
Larry ellison: Amadolari Imiliaridi 43.6 (Leta Zunze Ubumwe Za Amerika )

8.
Michael bloomberg: Amdolari Imiliaridi 40(Leta Zunze Ubumwe Za Amerika )

Isôko ry’uru rutonde: Urutonde rwa Forbes rwabatunzi karuhariwe kw’isi rwa Ntwarante 2016.