Umu SuperStar rurangiranwa akinira ama Movie kenshi muri Tanzania ” Vicent Kigosi ” amenyesha abarundi bose ko azoba ari i Bujumbura mukwi cumi na rimwe ( 23/11/2013 ) kandi akaba avuga ko akunda abarundi cane gose.
Nimba utarabona ino Video ikomejwe gukundwa cane Vicent kigosi yariko aravuga ukuntu azoba ari mu burundi ” ngiyi hano kuri UBMNews twayibashiriyeho kuri Youtube kugirango mubashe kuyibona.
Recent Comments