Abarongozi bamaradio yugawe mu Burundi basaba ko Leta yo kwikubita agashi ikayugurura.

0

Nyuma yaho amaradio akomeye cane mu Burundi yugariwe ( isanganiro, bonesha fm na rpa ) abayarongoye basaba ko amaradio yose yugawe mu Burundi yokugururwa kugira basubire gutabariza abarundi muri kino gihe.

bob

Anne Niyuhire, Patrick Nduwimana na Marc Kirura aserukira RPA bakaba baheruka kubivugira mu kiganiro batanze kw’iradio yo mu rwanda yitwa Isangostar, bo Bavuga ko ubutegetsi bw’ uburundi bwokwikubita agashi maze abarundi bagasubira kumva utuvugwa hirya no hino biciye m’umaradio.

UBM News tubibutse ko babandanije bavuga ko bitebe bitebuke ko bazokwitwarira abaturiye amaradio 5 mu Burundi, ikindi naco baherejeko ngo igikuru muriki gihe ngo ni ugutabariza abarundi bo mugisagara ca bujumbura bariko baricwa bongera bahohoterwa.