Abaririmvyikazi bo mu Burundi babateguriye ibintu bidasanzwe ku munsi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi

0

Mu ntumbero yo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi, abarimvyikazi bo mu gihugu cacu barateguye isabukuru kuri iryo genekerezo rya 8 Ntwarante.

natacha

Ivyo vyameshejwe na Natcha NGENDABANKA mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma aho naho yarikumwe na Bruno batazira MEMBA arongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi.

abanditsi

Aba barundikazi ngo imyiteguro barayirembeje aho naho ngo hazorimbamwo abaririmvyi kazi bazwi nka Natacha,Emelance, Eduige hamwe na Chanelle. Kiretse iryo sabukuru ngo hari n’inyigisho kurabo baririmvyi kazi zerekeye ingene bakwiye gufata abagabo babo izo nazo zikaba zizotangura kw’igenekerezo rya 4 Ntwarante . Kuri ryo sabukuru rigira kabiri abaririmvyikazi babarundikazi baratumiye mugenzi wabo wo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya .

[youtube id=”vYVrWki27a4″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

Iyi ni video nshasha y’umuririmvyi ” Natacha