Abaririmvyi b’ abarundi basigaye baja kuryoherwa bacungerewe n’ abapolisi

0

Umuhinyanyuzi benshi bazi nka Cheriff Pro ari kumwe n’ umuririmvyi karuhariwe asanzwe aririmba mu mudiho wa HiP HoP azwi nka B-Face babonetse bagiye kuryoherwa bacungerewe n’inzego z’ Umutekano.

11899915_860137067410124_128078599550858533_n

Aho hakaba hari kw’ Igenekerezo rya 15/08/2015 aho abo bakozi bompi bari bagiye kuryoherwa aho bita kuri BORA BORA mu gisagara ca Bujumbura. Bikavurwa y’ uko bashimye gucungera ubuzima bwabo kubw’ impamvu z’ umutekano muke ubarizwa mu gihugu cabibarutse.

11895966_860136984076799_6461218420441594839_n