Abapolisi 3 baraye bagandaguwe kuruyu wa mungu

0

Abapolisi batatu nibo bamaze kumenyekana ko bitavye imana mu gitero caraye kibaye muri Komine Cibitoke.

CFczMKmVIAAERfs

Bari basanzwe bari aho bacungerera umuteko kw’ishure ry’isumbuye rya Cibitoke aho baciye baraswa n’abantu batashoboye kumenyekana niko guca bitaba imana ubwo nyene.

Abandi bapolisi tutashoboye kumenya igitigiri boba barakomeretse cane gose nkuko twabibwiwe n’ababanyi babonye ivyahabereye. Abo banyagihugu bakavuga ko batashoboye kumenya abatanguye kurasa abandi.