Ubu ho ntibisanzwe, abanywanyi b’umugambwe uri kubutegetsi CNDD-FDD, ubu baviriye hasi rimwe bararahira ko nyakubahwa umukuru w’igihugu cu Burundi ” Petero Nkurunziza ” ategerezwa kwitoza kuncuro ya 3 nubwo vyogenda gute.
Nkuko biboneka murino video, abanywanyi buno mugambwe bumvikana baririmba ano majambo avuga kuno : Twarahiye yemwe twarahiye Nkurunziza yemwe azitoza.
Recent Comments