UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Abanyeshure nabo badukanye ingeso mbi, Niwirabire hano bino bintu basigaye bakorera mumashure

UBM News ads

Ingeso abakobwa badukanye yo kuja mwishure ariko bagezeyo bagaca batangura gukora ivyo twokita ubusambanyi, ikomeje kubabaza benshi ndetse bamwe bakaba bavuga ko abo banyeshure bari bakwiye guhanwa kugirango ingeso badukanye bayihebe.

Bamwe barashika mwishure bagatangura gukura impuzu baba bambaye abandi nabo bagezeyo baca batangura gukora imibonano mpuzabitsina, umuntu rero yokwibaza nimba abo banyeshure batiyunvira ikintu kiba cabajanye mwishure kuko ivyo bakora usanga biteye isoni.

Abavyeyi bubu barungika abana babo mumashure kugirango bige ariko rimwe na rimwe umuvyeyi ashobora kwibaza ko umwana wiwe aba ari kwiga ariko ugasanga siko bimeze, ese nigiki wibaza gitera abanyeshure bubu gukora ibintu biteye isoni nkibi ? kugira babihebe wewe ubona hokorwa iki ? gira ico ubivuzeho

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments