UBM News ads
Monday, March 4, 2024
No menu items!
UBM News ads

Abanyeshure bo muri Kenya kuvyerekeye guhabwa ama CONDOM , abavyeyi bo babona ko bagiye gushurashura kurushiriza.

Abavyeyi bo muri Kenya ntibabona co kimwe kukibazo c’abanyeshure c’ukuronswa udukingirizo ” CONDOM ” kugirango birinde gutera ndetse no guterwa inda canke se kwandura ingwara zitandukanye, Impanvu ya vyose ngo nuko bibaza ko abana baba bahawe uburenganzira bwo gukora ubusambanyi kuko ngo baba bazi ko atakibazo bashobora kugira yo bakoresheje ” Condom ” mu gihe co gukora imibonano mpuzabitsina.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments