Abanyepolitike batari bake baguma batera imigere itegeko rya Petero NKURUNZIZA.

0

Renovat NITUNGA asanzwe ari mu mashirahamwe yiyamiriza  ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu  Petero NKURUNZIZA mu nyuma yo gushirako itegeko yise itegeko ryo guhuza Abarundi, mugabo wihwejwe iryo tegeko urisomye  neza usanga amategeko arimwo atajanye naryo nagato.

JDD

Renovat NITUNGA yabwiye ikinyamakuru canyu ubmnews.com yuko muriki gihe kitari gikwiye yuko  amategeko aya canke ariya ahubwo hari hakwiye kuzanwa ukuntu abarundi bokwibera mu mutekano n’amahoro bakareka kubaho batazi ko ejo bazovyuka bivanye n’inkoho zirara zirumvikana bur’ijoro.