Tuesday, December 6, 2022
HomeNewsAbanyarwanda baza mu Burundi baragabanutse cane.

Abanyarwanda baza mu Burundi baragabanutse cane.

Ubuyobozi bujejwe uruja n’uruza mu gihugu c’Urwanda bwamenyesheje ko Abanyarwanda baza mu Burundi bagabanutse gushika ku bice 30%.

Rwanda Migration igatangaza ko habaye igabanuka ry’ibice 70% vy’abanyarwanda baza mu Burundi kuva hatanguye ivyo gutoteza Abanyarwanda bari ku butaka bw’Uburundi.

Ariko rero, biraboneka cane ko n’abanyarwanda baja mu gihugu c’Ubuganda bagiye kugabanuka cane mu gihe atacokorwa kubera imishamirano hagati ya Kagame na Museveni ku bijanye n’uko Ubuganda buhohotera abanyarwanda.

Mwomenya kandi ko Abarundi bakija mu Rwanda kuronderayo ubuzima,na cane cane ababa mu ntara zihana urubibe n’urwanda nka Kirundo na Muyinga.

Must Read

RDC: M23 yemeye guhagarika intambara no gusubira ku birindiro vyayo vya...

0
Umuhari M23 wemeye guhagarika intambara ndetse no kurekura ibice vyose uherutse kwigarurira biri mu buseruko bwa Congo, mu ntara ya Kivu y’uburaruko. Itangazo ryo kuri...