ABANYAGIHUGU bo muri zone KANYOSHA baridogera abatwara ama BUS.

0

Abanyagihugu bo muri zone Kanyosha bamaze iminsi bidogera abatwara ama bus kuko ngo iyo hageze amasaha yo ku mugoroba kuva igihe c’isaha cumi na zabiri z’ijoro ngo kuronka bus usanga bitoroshe.
bus
Ikinyamakuru canyu ubmnews kikaba caregereye bamwe muri abo banyagihugu,abo twashoboye kuvugana nabo bose bakaba baridogeye abo batwara ama bus kuko ngo iyo hageze mu masaha yo kumugoroba usanga bitoroshe kuronka ama bus kandi ngo uwundi mwanya nko mu masaha yo mu gatondo usanga ama bus yoroshe kuronka.
bus 1
Abo banyagihugu bo muri zone ya kanyosha bakaba barangije basaba abatwara ama bus ko bokwihanura.