UBM News ads

Abany’Afrika bamwe bamwe baragira impungenge kuri nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abany’Afrika bamwe bamwe baragira impungenge kuri nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE Ku banga mashasha yo kurongora ubumwe bw’Afrika. Bahera kw’ibura y’ivyankenerwa mu gihugu bati none niyaba adashobora kuronka ibitoro, icika ry’amazi n’amatara, amabarabara, ikibunga c’indege kidafise vyankenerwa, Imiberero yabantu irihasi bati uyu muntu azoshobora gufasha iki Afrika c’uburundi bwamunaniye ? Abandi bati itumatumanako ntaryo bahereye kuri ya internet yacu.


Ibimenyesha makuru vyinshi biriko vyibaza cane ibintu atari bike kuri uyu mu nyakubahwa wacu.
Aha rero nka Tanzaniya, imbuga , amaradiyo n’ibindi biriko bigira impari nyinshi ko bamwe bavuga bati siwe gusa azotwara hazoba Hari benshi bamufasha abandi bati Uburundi ntaco bobwigirako.
Aha nahabarongozi bakore cane , bareke yamajambo y’ibidafata iswa, bareke bimwe vy’uko abize ari ibijuju ubu hageze aho aja kuruhande mpuzamakungu bamubone.

Kubegereye NEVA bakamukunda iyi n’igipimo kinini akananirwa naho ntazovuga ngo Hari abamuteze mitego ahubwo akwiye kubikora neza kugira yereke amakungu ko mu Burundi yananijwe canke yananiwe. Igipimo ntabesha kirahejeje kuza.
Ninde azomufasha aze yitware neza ntavyonone ? Abahanuzi ariko bisaba ko azokora cane nawe ariko agahanurwa akumva, ataraho bimunaniye 2027 niho ikiringo ciwe co gutwara haba Afrika canke uburundi bizohera kandi itavyaye inyana izovyara ishuri.
Afrika rero kugutwenga biva kuri kwa kutumva twamyemwo ubu kwinyegeza biraheze turagiye akagaragaza ivyacu bimenyekane abavuga ko ducafuza igihuhu bagire bacambike

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments