ABANTU bagera kuri 50 nibo bahagaritswe n’ibiro bijejwe igendereza mu ntara ya Gitega.

0

Abantu bagera kuri 50 nibo bahagaritswe n’ibiro bijejwe igendereza mu ntara ya Gitega,abo bantu bakavuga ko bari bagiye muri Tanzania gukora akazi abandi nabo bakavuga ko bari bagiye mu ntara ya Gihofu gukora mu mirima y’ibikaju nkuko amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews dukeska bonesha.

gitega

Abo bantu bagasaba ko borekurwa kuko atacaha kibagira kandi ko nivyangombwa vyose babifise kandi bikwiye.

Iyi nkuru ikinyamakuru canyu ubmnews.com tukaba tuyakesha bagenzi bacu bo muri Bonesha fm