Abantu babiri bishwe barashwe basanzwe ku BUREAU vyabavunjayi.

0

Hari igihe cisaha zitatu zigitondo (9h) niho abantu batera i bureau vyabavunjayi biri iruhande ry’ibanke ya FIN BANK  BURUNDI abo bantu bateye bari bitwaje ibirwanisho bicira umuriro.

UB UBM

Abaje gutera abo bantu bitavye imana biraboneka ko abagize ico gitero baje bazi abo bariko bararondera kuko mugitero bagize ntamuntu yakomeretse.

Twobamenyeshako ibitero bimaze iminsi birondera abantu bihitana bisigaye vyabaye ndanse mu Gihugu c’Uburundi, twokwibaza ikibazo duti mbega ko Reta yirigwa irasaka ibirwanisho aba baza babifise bakica abantu no kwiba ibintu bitovugwa boba ari inzego zigihugu?