Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsAbakobwa bubu umengo ntabwenge : Raba hano uno muririmvyikazi yashize amafoto yiwe...

Abakobwa bubu umengo ntabwenge : Raba hano uno muririmvyikazi yashize amafoto yiwe kuri Internet yambaye ubusa ”

Brenda Nambi n’ umwe mu baririmvyi bo mugihugu c’ ubuganda adasanzwe maze akaba anaryohera n’ abanntu benshi cane… akaba azwi nko mundirimbo zimwe zimwe nshasha ziheruka gusohoka mur’ uwu mwaka nyene nk’ indirimbo yitwa HAJJI by Brenda Nambi canke iyitwa NSABA BUSABI.

Uwo muririmvyi akaba yakoze ikintu catumye abantu benshi mugihugu c’ ubuganda mbese no mumakungu bamwibazaho ibintu vyinshi cane, ivyo navyo s’ ibindi n’ ugushira amafoto yiwe yambaye ubusa (Bunyi bunyi) k’ umugaragaro. Eka sivyo gusa, hari nokuvurwa yuko uyo muririmvyi kazi amaze no gukina imwe mu masanamu y’ abantu bakuze benshi bazi nka po*n*.

Ikinyammakuru canyu ca KUMWANYA Entertainment kikaba caboneyeho akaryo ko gukebura no kugirira inama abaririmvyikazi bo mugihugu cacu c’ uburundi no muri East Africa yuko bokwirinda no kwifotoza amafoto mabi kugira ngo bayabike mu materefone yabo canke kuyarungikira abakunzi babo…, Kuko bishobora gutuma babizira nka BRENDA NAMBI biciye munzira imwe canke iyindi.

Sources : Kumwanya

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments