ABAHIZI niyo ndirimbo nshasha ya DAVY CARMEL na BIG ZOE.

0

ABAHIZI niyo ndirimbo nshasha y’umumenyeshamakuru akongera akaba umuririmvyi Davy Carmel INGABIRE na BARIGUME Regis azwi nka BIG ZOE.
davy carmel na big zoe muri studio
Mu kiganiro BIG ZOE yaraye ahaye ikinyamakuru canyu ubmnews.com akaba yamenyesheje ko ABAHIZI ari indirimbo iryoshe indirimbo bibaza ko izokundwa cane n’abakunzi b’umuziki w’uburundi.
zoe davy carmel
Twobamenyesha ko iyo ndirimbo yamaze gusohoka mushobora gutangura kuyumva mu ciye kuri Youtube no ku bindi binyamakuru vya hano mu Burundi