Abagenerali bakomeye bari bashatse gufata ubutegetsi ku nguvu bafashwe ” Ngaya hano amafoto yabo

0

Muri bamwe mu bari bashatse guhirika ubutegetsi mu Burundi bafashwe uyu munsi, mubafashwe harimwo 3 bafise ipete rya General aho rero ninyuma yaho bagerageje gutembagaza ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu ariko bikabananira.

guhirika

General Major Cyrille Ndayirukiye, Commissaire de Police Zenon Ndabaneze, Commissaire de Police Hermenegilde Nimenya bafashwe muri iki gitondo mu murwa mukuru wa Bujumbura.

solda-3-e86ac

Ayo makuru yatangajwe n’umuvugizi w’umukuru w’igihugu ariko avuga ko uwari umuyobozi wabo General Major Godefroid Niyombare na Commissaire de Police Leonard Ngendakumana bo batarafatwa.

w3-c0240

ubutegest