Aba ISLAM bo mu Burundi bafashe urugendo berekeza i MAKA.

0

Urugendo rwaba ISLAM b’abarundi berekeza i Maka rwabaye mu gatondo ko kuri uno munsi igenekerezo rya 18/9/2015.

islam1

Imbere yuko bafata urwo rugendo abo ba ISLAM batanze ikiganiro ku banditsi n abamenyeshamakuru aho bagaragaje umunezero wabo kubona bagiye i MAKA mu masengesho.

Twobamenyesha ko abo ba ISLAM bafashe urugendo mu gihe vyari bitegekanijwe ko bafata urugendo ku munsi wa mbere ariko kubera kubura ama VISA bikaba arivyo vyatumye bafata urugendo kuri uno munsi.kugenda