Uno muririmvyi yitwa ” Muteko moshi ” akaba yiga muri kaminuza yu Burundi muri BAC2, ino ndirimbo bahaye izina rya ”Mapenzi ya sasa ” yayisohoronye na ”lizer classic ” nawe nyene akaba yiga muri kaminuza ( University ) y’u Burundi.
Vyinshi bijanye na bano baririmvyi tuzobibagezaho muminsi kuko tubona bafise kazoza keza k’umuziki kandi ko baranashoboye kuririmba ” Unviririza indirimbo yabo yambere hano musi.
Recent Comments