20 babuze irengero, 70 nabo bapfira mu gitero c’aba Al-Shabab

0

652

Abasirikare b’uburundi bashika 20 ntiharamenyekana irengero ryabo inyuma y’igitero c’aba Al shabab bagize kwikambi yabarundi iri mu buraruko bw’igihugu ca Somaliya bari bajanywe kugarukanamwo amahoro.

Ico gitero catanguriwe n’ isamburwa ry’igisasu cari gitezwe mu modoka y’ivyo vyihebe yari Ku muryango y’iyo kambi. Ico gitero kikaba catwaye abarundi bashika kuri 50 bahasize ubuzima.

Mwomenya ko abasoda b’abarundi hamwe n’abaganda bari muri ico gihugu bashika ku 22.000 bari kugarukana amahoro.