Pierre NKURIKIYE: Ibiziga bimaze Iminsi bitorwa amatohoza aza yaramaze gutangura.

0

Umuvugizi w’Igipolisi c’Uburundi Pierre NKURIKIYE yahaye umubonano abanditsi n’abamenyeshamakuru aho yariko aravuga kubwicanyi bumaze iminsi buriko buraba mugisagara ca Bujumbura ngo nohagati mu gihugu ngo amatohoza yaramaze gutangura.

orgin

kumunsi wejo hashoboye gutorwa ibiziga bingana bine (4), Ariko ivyo vyose Umuvugizi w’Igipolisi avuga ko atoshobora kuvuga uko vyoba vyicwa ngo kuko kenshi bakunda gusanga babinize ahandi ugasanga babirashe, akaba yahejeje aremesha Abarundi hamwe n’abanyamahanga ngo ibi biriko biraba birafise iherezo, akaba kandi yahojeje n’imiryango yabuze abayo.