‪Film‬ z’ubusambanyi zatanguye kugera mu Rwanda aho zikinwa n’abakobwa b’abanyarwandakazi ” Soma ngaha wumve

0

Mu rwanda abigeme baho batanguye gukina ama film y’ubusambanyi(Porn)aho ndetse banazerekana mu Tubare i Kigali cane cane i Remera muri corridor,i Kanombe mu kajagari n’inyamirambo.

Nkuko ano makuru yemezwa n’Ikinyamakuru “The News Times” caragize ubushakashatsi ngo gisanga mu Rwanda hari abigeme bakina Film z’ubusambanyi(Porn).

Umwe muri abo bigeme b’abanyarwanda yavyiganiye umunyamakuru wa “The News Times”azwi kwizina rya Anita asanzwe akina izo film yabanje kuvuga ingene yatanguye gukina izo film z’ubusambanyi. Anita ati:”Narangije amashuri yisumbuye muri 2011,nja gufasha mukuru wanje mukabare ke kari mu kajagali,kanombe. Aho niho natanguye kuja mpura n’abagabo baje kunywa nkaryamana nabo mu buryo bwo gushimisha abakiriya”.

Uno mwigeme Anita abandanya avuga ati:”Umunsi umwe natanguwe kubona umuhungu umwe azanye amafaranga ibihumbi amajana atanu(amanyarwanda)ansaba turyamane , jewe sinari bwigere nkora kuri ayo mahera mu buzima bwanje”. Naratekereje nti:”ko nryamana n’umuhungu dukundana kandi ataco ampaye kuki ntobikora nkaza ndironkora amahera ? niko naje gutangura uno mwuga wubusambanyi.

Bamubajije aho bakinira izo Film z’ubusambanyi(porno) Anita ati:”Izo film tuzikinira mu gihugu c’ubuganda” aho Bamubaza naho imyaka iheze akina film z’ubusambany(porno)anita ati:”Natanguye gukina film z’ubusambanyi mfise imyaka 19 ubu nkaba mfise imyaka 21″.