Thursday, June 8, 2023

Amakuru Agezweho yihuta '' Trending news

Amakuru yo mu makungu '' International News

Ubutunzi

- Advertisement -

Umutekano

Amakuru yinkino

Performance Training

Uganda:Perezida Yoweli Museveni yatowe umugera wa Covid-19.

Umukuru w’igihugu ca Uganda , Yoweli Museveni yaratowe umugera wa Covid-19. Akaba ubu ameze neza ndetse abandanya amabanga yiwe yo kurongora igihugu ariko afata...

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera intambwe mw’ishirwa mu ngiro ry’umugambi wo guheba gukoresha idorare rya Amerika mu bucuruzi.

Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...

Agathon RWASA aribaza icaha muri CNL boba bakoze kugira bahagarikwe gukora ivy’imfata kibanza ibikorwa vya politike.

Umukuru w’umugambwe CNL yababajwe n’ingingo y’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwafashe yo kuba burahagaritse ivy’imfata kibanza ibikorwa vy’uyo mugambwe. Agathon RWASA akibaza...

RDC: Inyandiko zo mw’ibanga za CIA zishira ahabona umugambi wa Tshisekedi wo gukura ku butegetsi perezida Kagame.

Inyandiko zo mw’ibanga zo mw’iperereza rya Amerika (CIA) zishira ahabona umugambi wa Perezida Tshisekedi wa Congo umaze imisi uhari wo gukuraho ku nguvu ubutegetsi...

Mu gihugu ca Suède hagiye gutangura ihiganwa rya mbere mpuzamakungu ryo gukora imibonano mpuzabitsina.

Kuva kw’igenekerezo rya 8 Ruheshi uy’umwaka, mu gihugu ca Suède hazotangura ihiganwa mpuzamakungu ryo gukora imibonano mpuzabitsina ryiswe "European Sex championship" aho rizitabirwa...
- Advertisement -