Sunday, May 28, 2023
HomeNewsYvan Muzik hamwe na Channy Queen basohoye indirimbo idasanzwe '' yunvirize hano...

Yvan Muzik hamwe na Channy Queen basohoye indirimbo idasanzwe ” yunvirize hano kuko iraryoshe cane

Abaririmvyi bacu barashoboye pe, Unva hano ino ndirimbo ya Yvan Muzik yakoranye na Channy Queen , vyovyo imeze neza ” Inzigo by Yvan Muzik Ft Channy Queen

yvan-muzik

UBM News reka tubibutse kandi ko Yvan Muzik yuko ubu ariko arakorana indirimbo numurwi wa Urbon Boys usanzwe ukorera mu Rwanda, ubwo muminsi irimbere niyasohoka tukaba tuzoyibashikiriza

Must Read