NEWS

Menya hano ukuri kubivugwa ko Yoya Jamal Yoba atazosubira mu Burundi?

on

Issa Djamali Yoya n’umwe mu baririmvyi b’abarundi muri kino gihe babarizwa mu gihugu c’ikibanyi c’urwanda,akaba asanzwe anahakorera akazi kiwe k’umuziki muri kino gihe.

yoya2

Nkuko vyari bimaze iminsi bivugwa ko YOYA atazogaruka i Burundi bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru Indundi.com barashoboye kumwegera uyo muririmvyi bamubaza kubimaze iminsi bivugwa ko Yoya atazotaha mu gihugu ciwe c’amavukiro,Yoya akaba yabishuye ati:Ivyo n’ibihuha Uburundi n’igihugu canje nkunda cane,nubu uwondonkera akazi mu burundi noca ntaha.Ayo akaba ariyo majambo Yoya yashoboye kuvuga.

yoya jamal

Twobamenyesha ko Yoya muri kino gihe asanzwe agira ama KARAOKE mu Rwanda ahitwa KAIZEN.