Umuririnvyi rurangiranwa wumurundii yani umu ” STAR ” Sat B Satlight yimiririje gukorera igiteramo ” Concert ” ahantu bita I Ngozi.
Aho yaganira Numwanditsi wa UBMNews , Sat B Yamenyesheje yuko murico giteramo ko azaba arikumwe nabandi ba STAR babarundi aho twovuga nka Mkombozi.
Ndafise concert i ngozi kuri bélvédere aho rero nzoba ndi kumwe nabamwe bava muri Uganda aho novuga nka ” Washington, Cindy, hamwe na Est african rebelz . Mubaririmvyi b’abarundi hazoba harimwo indimu,mkombozi, na wanavesi kiokosi, uko rero akaba ariko yatumenyesheje.
Umu STAR ”Sat B” igiteramo ciwe kizaba itariki 06/22/2013 kandi nkuko musanzwe mubizi iyo Sat B akoze igiteramo nilazima abantu bacitabira baba ari benshi cane ubwo nimba utuye muburundi canke ahandi hose, ntuze wibagire kuja murico giteramo kuko kizaba kirimwo ivyiza gusa. Posted By Eric Nyandwi