Thursday, June 8, 2023
HomeNewsVideo : umukuru w'igihugu atangaje ko hatanguye ikigandaro c'iminsi itatu mu Burundi...

Video : umukuru w’igihugu atangaje ko hatanguye ikigandaro c’iminsi itatu mu Burundi !

Nyakubahwa Nyenicubahiro umukuru w’igihugu ( Petero Nkurunziza ) atangaje ko hatanguye ikigandaro c’iminsi itatu mu Burundi kuva uyu munsi gushika ku munsi w”Imana

Umuvugizi w’umukuru w’igihugu c’Uburundi ariko arasoma Itangazo rijanye n’urupfu rwa prezident Nelson Mandela !

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...