Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsVideo nshasha y'umurundi yari yitezwe n'abantu benshi iza yasohotse '' ...

Video nshasha y’umurundi yari yitezwe n’abantu benshi iza yasohotse ” Babby ft Rally Benz Listen (Official video}

Ino Video imeze neza pe ndetse ikoranye ubuhinga nkuko namwe muvyibonera hano ” iyi rero ikaba yaririmbwe n’umuririnvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Phoenix, Arizona ”

Must Read