Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsVideo nsha y'umuririmvyi w'umurundi aba hano muri America izoza idasanzwe '' Raba...

Video nsha y’umuririmvyi w’umurundi aba hano muri America izoza idasanzwe ” Raba hano Trailer yayo.

Umuririmvyi w’umurundi azwi kw’izina rya ” GN ” aba hano muri Leta zunze ubumwe za America, Video yiwe nsha yitezwe n’abantu benshi izobageraho muri kuno kwezi turimwo.

gn

Nkuko uno muririmvyi yabivuze aho yariko araganira n’umunyamakuru wa UBM News, GN avuga ko Video y’indirimbo yiwe ya ” Abasore ” ko izoja kumugaragaro kwitariki 25 zukwicenda zuno mwaka turimwo ( sep 25, 2014 )

Raba hano Trailer yayo muko imeze, vyovyo ino ndirimbo izoba idasanzwe.

Must Read