Video nsha y’Indirimbo idasanzwe iriko irahinyanyurwa n’umuhinyanyuzi akomeye mu Burundi ” Kent -P ” muyitege muri benshi kuko izobashikira muminsi yavuba ”
Vyovyo ubiravye izoza imeze neza cane ” Raba nawe hano uko iriko irategurwa.
Umu Director Kent-P ariko arahinyanyura ino ndirimbo.