Raba Comedy y’abarundi baba muri Houston Texas ukuntu ikomeje kwigisha vyinshi cane ! nivyukuri nubwo ari comedy ariko ivyo bakinye bisanzwe bibaho kuko aba kristo benshi usanga biyorobeka bari kwikanisa ariko bashitse mungo zabo ugasanga ivyo bakora biteye isoni.
Uyu ni umwe mubarundi batwenza cane ni umwe abenshi bibaza ngo ni kingwendu !
Ino comedy narayikunze gose ” ese wewe uyivugakwiki ??