Thursday, June 8, 2023
HomeNewsUruririmbo rw'umurundi aba muri Australia '' Lill.P Niyintunze ( Give me a...

Ururirimbo rw’umurundi aba muri Australia ” Lill.P Niyintunze ( Give me a chance tonight )

Lill.P Niyintunze ni umuririnvyi yavukiye muburundi ariko akaba yakuriye muri Australia, aho yaganira numunyamakuru wa UBMNews, Lill.P yashimye kugezeho abakunzi bose bumuziki runo ruririmbo rwiwe rwicongereza yahaye izina rya ( Give me a chance tonight )

lill-p

Vyinshi bijanye nuno muririnvyi tuzabibagezaho mumisi irimbere hano kuri UBMNews ” Enjoy the song guys ”

LILLP-GIVE A CHANCE .FEAT.LILL’P

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...