NEWS

Urukundo Mac Arthur ARAKAZA akunda abana bo mw’ibarabara nirwo rutuma baza ku mushigikira ku bwinshi.

on

Urukundo Mac Arthur akunda abana bo mw’ibarabara nirwo rutuma baza ku mushigikira ku bwinshi ku nkino aba ariko arakina yaba mu mugwi wiwe wa Vitalo’o fc canke mu mugwi nserukira gihugu w’uburundi INTAMBA MU RUGAMBA.

mac arthur2

Mu kiganiro ikinyamakuru canyu ubmnews.com cagiranye na bamwe muri abo bana bakaba batubwiye ko kuri bo Mac Arthur Arakaza ari nk’umuvyeyi wabo kuko ibintu ngo abakorera ntibisanzwe kuko ahora abatumira bagasangira akabatekerera n’impanuro ingene bashobora kwibeshaho mu buzima kugira batere imbere bashike kuvyo bifuza gushikako.

mac arthur 1

Mwomenyako Mac Arthur ARAKAZA ari umwe mu banyezamu bamaze kwiyandikishiriza amteka mu mupira w’amaguru mu Burundi.

mac arthur 3 mac arthur 4mac arthur 5

Amwe mu ma photo ya Mac Arthur n’abana basanzwe bamukunda

Recommended for you