Thursday, October 6, 2022
HomeNewsUnviriza indirimbo y'aririmbwe naba Star b'abarundi '' Turibamwe Burundi All stars USA

Unviriza indirimbo y’aririmbwe naba Star b’abarundi ” Turibamwe Burundi All stars USA

Iyi niyo ndirimbo nshasha ihejeje kutugeraho kano kanya hano kuri UBMNews, ino ndirimbo yaririmbwe n’abaririnvyi babarundi baba hano Muri Leta zunze ubumwe za America kandi iraryoshe cane !

stars

Sivyimbeshere hano muri America abaririnvyi bacu b’abarundi bazi kuririmba pe ” Ese wewe ino Ndirimbo uyunva gute ?

Must Read

Umushingwamanza Sandra Ndayizeye yakuyemwo akarenge mu rubanza rw’uwo aburanira muganga SAHABO.

0
Umushingwamanza Sandra Ndayizeye aburanira muganga Sahabo Christophe yaraye akuyemwo akarenge mu rubanza rw'uyo yaburanira iki gihe apfungiwe mw'ibohero rya Ruyigi. Sandra Ndayizeye akaba yagiriyeko...