Mwebwe iyo mubonye abantu nkaba bifotoza amafoto ameze kuno mubavugakwiki ? sinzi abakobwa bubu ingene babaye ariko jewe birantangaza kubona umukobwa yifotoza ipica yicaye kuno hanyuma ahejeje agahita ayishira kuri Internet ngwabantu bose bamubone.

© Copyright by UBM News '' Theme designed by Eric Nyandwi